Umukuru w’igihugu ca Kenya avuga ko iterambere mu bihugu vya Afrika rizoguma ari umugani mu gihe “dukoresha amafaranga menshi mu kwishura amadeni kurusha ayo dushira mu bisata nkoramutima”.
Ariko mukurindira, abatunzwe no kunyonga imiduga batokora ata gitoro baronse, bararira ayo kwarika, bakavuga ko inzara igire ibakureho bo n'imiryango yabo, nk'uko bamwe muri bo babibwiye BBC (umva ...